RN

  • les initiateurs RN

    Uwiyumviriye umugambi : André Guichaoua, Professeur, directeur de l’institut d’étude et du développement économique et social (IEDES) et de l’UMR 201 « Iterambere n’imibano », Université Paris 1 Panthéon-Sorbonne.
    Uwubitunganya : Ntakarutimana Manweri, wo mu muryango w’ abafurera b’ Abadominiko
    Itunganywa : Sylvie Capitant, Maître de conférences, Institut d’étude du développement économique et social (IEDES)-UMR 201, Université Paris 1-Panthéon-Sorbonne.
    Umugambi uriko urakwiragizwa n’ abahinga bo mu (...)

  • bifashijwe

    Ikiganiro cose/ kizonasamirana, kizoha ijambo abahinga babiri, kikazoba ari co bazoshimikirako mu gikorwa c’intangamarara, cumvikanyweko n’abatumire, ababitunganije hamwe n’abamenyeshamakuru.
    Ico urukwirikirane rw’ibiganiro ruzoshira imbere, ni kugira ibimenyeshamakuru vyo mu Burundi ntibibe umuhora wo gushikiriza ibiriko birakorwa, nyabuna bigire uruhara muri ico kiringo co guharira. Umuryango w’ urwego rwo kumenyesha amakuru mu Burundi waratumiwe ata we bimiriye.
    Ikiganiro cose kizoremeshwa (...)

  • bazokwihweza

    Vyarabonetse ko bikwiye kugaruka kuri kahise k’ Uburundi mu gutumira abahinga bitumwako banaterereye mu kukandikako. Abazoremesha ibiganiro bizocishwa no mu maradiyo, ntibazoba baje kuvuga ivyo baranguye, nyabuna kazoba n’akaryo ko gushikiriza ivyo babona vyotuma Uburundi butera imbere.
    Hari umugwi w’abahinga badasanzwe uzoshingwa. Uzoba ugizwe n’abantu batandu kanye mu vyiyumviro bafise n’ishaka ryo kuganira.
    Ku ciyumviro cose kizoba cumvikanyweko n’abateguye ibiganiro, abahinga babiri ni bo (...)

  • Kudondora umugambi

    Mu gihe hazohimbazwa imyaka 50 Uburundi bumaze bwikukiye ku wa mbere Mukakaro umwaka w’2012, umugambi « Ibiganiro vyo kwibukanya » warateguye urukwirikirane rw’ibiganiro bizonacishwa ku maradiyo, bishimikiye kuri kahise k’ Uburundi. Kuzoba ari ukwihweza ido n’ido ivyaranze ico gihe. N’aho caranzwe n’amakuba menshi, hariho ibimenyetso vyiza vyibonekeza vyonabera icigwa kazoza. Birerakana neza ingene Uburundi bwari bumeze imbere y’ikinjana ca 21 bikaba ari vyo bizoshimikirwako muri kimwe kimwe mu (...)